Igenenekerezo rya 15 Myandagaro Ekleziya aho iri kw’isi yose yama ihimbaza umunsi mukuru w’Iyurizwa mw’ijuru ry’Umuvyeyi BikiraMariya. Muri Diyoseze ya Rutana uwo munsi mukuru wahimbarijwe ku Kirimba ca Bikira Mariya ku Rugeregere muri paruwase ya Kiguhu, aho nyenicubahiro Umwungere wa Diyoseze...